• Building de la ZEP,

    Chaussée P L Rwagasore

    431 Bujumbura, Burundi

  • (+257) 76 222 506

    info@econet.bi

  • Lun- Vend: 8hr - 17hr

    Sam: 11hr - 15hr

    Dim: 10hr - 14hr

Ishirahamwe #Econet ryaraterereye inkino za nyuma za volleyball zitiriwe igikombe c'Umukuru w'Igihugu.Izo nkino zikaba ziriko ziraba muri Kano kanya zikaba zatewe iteka na Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu , Général Major Evariste Ndayishimiye.

 

Mu ntumbero yo gushigikira ibikorwa vyo kwinonora imitsi, ishirahamwe #Econet rikaba ryatanze intererano igera Ku milioni 10. Ku ruhande rw'abigeme hakaba hariko hakina LES AS na MUZINGA.Ku ruhande rw'abagabo hakaza gukina ASB na GACOSMOS.

Uwurongoye ishirahamwe #Econet akaba yaciye ashikiriza agashimwe Umukuru w'igihugu c'Uburundi, aha ibahasha ry'amafaranga ibihumbi amajana umunani umurwi w'abigeme wa MUZINGA watsinze,yongera abambika imidari!

Econet Wireless Dans l'Actualité

  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5

Our Brands

  • 22 novembre 2015 Super User Read More
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 1
  • 2
  • 3