• Building de la ZEP,

    Chaussée P L Rwagasore

    431 Bujumbura, Burundi

  • (+257) 76 222 506

    info@econet.bi

  • Lun- Vend: 8hr - 17hr

    Sam: 11hr - 15hr

    Dim: 10hr - 14hr

ECONET ECOCHAT

 Eco Chat igisata gishasha ECONET WIRELESS yazaniye abanywanyi bayo! *403#OK

Econet EcoChat

ECO CHAT Ni serevisi nshasha ishoboza abanywanyi kurondera no kuronka incuti n-abagenzi bashasha kuri ECONET muyaga muvyumva co kimwe kandi vyoroshe. Hamwe na ECO CHAT, ni uburyo bwo kwironkera abagenzi bashasha mukoresheje ubuhinga bwa none.

 

Fyonda *403# wiyandikishe muheze muce mubandanya mukurikiza urutonde rw-ibisabwa ngo mwiyandikishe. Muhejeje kwiyandikisha, muca muheza mwirabire urutonde rw-abasanzwe bamaze kwiyandikisha nkamwe. Maze muhitemwo abo mwifuza kuyaga, mutanguze ikiyago.

 

Kuri ECO CHAT mushobora kandi kwemeza ibisata mukunda kuruta ibindi mu buzima, no guhitamwo abagenzi musanzwe mukunda bimwe. 

 

Kuri ECO CHAT, amazina yanyu nimwe muyishirirako muriko muriyandikisha. Kandi mugashobora no guhindura ivyo mukunda igihe cose mwinjiye ku konti yanyu.

Our Brands

  • 22 novembre 2015 Super User Read More
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 1
  • 2
  • 3