ANDIKA UTSINDE !!! Himbaza iminsi mikuru yo kurangiza umwaka mutsindira ubushimwe butandukanye nk' UMUDUGA, AMAFARANGA, AMA INITE vyose mu kanyamuneza hamwe na Econet leo! Rungika ijambo OK kuri 800 , wiyandikishe mw'ihiganwa. Ishura neza ibibazo, uronke amanota nayo aheze aguhe amahirwe yo gutsinda ku munsi, ku ndwi, ku kwezi canke mu mpera za promotion.
SMS ni amafaranga 100.
Menya Neza = mu kwishura ibibazo, rungika gusa urudome ruhuye n'inyishu y'ikibazo wahisemwo (Akarorero : A)